Insiguro yimbitse ya BYBIT
BYBIT niki?
-BYBIT ikoriki?
-BYBIT ikoragute?
Vyose hamwe nibindi kuriyi platforme nibimwe tugiye kurabirahamwe muriyi nyandiko.
Bybit ni urubuga rwo kugurirako no kugurishirizako amafaranga ya crypto rwamenyekanye cane kw’isi kubera uburyo bworoshye bwo gukoresha hamwe n’ibikorwa vyinshi bifasha abakoresha gukora trading no kubika ama crypto yabo neza. Ryatangujwe mu mwaka wa 2018 kandi ririko rirakura cane mu bihugu bitandukanye kubera serivisi zaryo zigezweho.
Icambere gituma abantu benshi bakunda gukoresha Bybit ni uko ritanga uburyo bworoshe bwo gufungura account no gutangura trading. Umuntu ashobora kwiyandikisha akoresheje email canke numero ya téléphone .KYC yayo iroroshe cane naho woba udafise pasport irakunda. hanyuma agaca atangura kugura ama crypto nka Bitcoin, Ethereum, Solana n’ayandi menshi. Urwo rubuga rufise interface yoroshye ku buryo mbere n’abatanguye muri crypto bashobora kurwumva bitabagoye.
Ikindi kintu gihambaye ni uko Bybit ifasha abantu kuronka amafaranga biciye muri trading. Abakoresha bashobora kugura crypto igihe ibiciro biri hasi bakazigurisha igihe ibiciro vyaduze kugira baronke inyungu. Hari kandi uburyo bwa futures trading bufasha abantu gukora trading bakoresheje leverage, naho bisaba ubwitonzi bwinshi kuko bishobora gutuma umuntu aronka inyungu nyinshi canke agahomba vyihuta.
Bybit irafise kandi uburyo bwo kubika ama crypto mu mutekano. Ururubuga rukoreshwa n’abantu amamiliyoni kw’isi yose kandi rufise uburyo bwo gukingira account nk’ivyo bita two-factor authentication (2FA) bifasha gukingira amafaranga y’umukoresha. Ivyo bituma abantu benshi bayizigira.
Ikindi ciza kuri Bybit ni uko itanga ama bonus n’udushimwe ku bantu bashasha canke abakoresha batumira abandi. Hari igihe umuntu ashobora kuronka amafaranga ya bonus igihe yuguruye account canke akarangura ibikorwa bimwebimwe. Ivyo bituma abantu benshi bashimishwa no kuyikoresha.
Hari kandi uburyo bwa copy trading aho umuntu ashobora gukurikira trader afise ubuhinga bwinshi, ibikorwa vy’uwo trader bikaca bikorerwa no kuri account yiwe. Ivyo bifasha cane abantu bataramenya trading neza.
Muri make, Bybit ni urubuga rwa crypto rufasha abantu kugura, kugurisha, kubika no gukora trading y’ama crypto mu buryo bworoshe kandi bwizewe. Rurafasha abantu benshi kwinjira mw’isi ya crypto no kurondera uburyo bwo kwinjiza amafaranga kuri internet.
Kubashaka kwiyandikisha link ngiyo
https://affiliates.bybit.com/v2/en-US/apply/?affiliate_id=160468
Join me at Bybit and get a 20 USDT Bonus! Click to find out more https://affiliates.bybit.com/v2/en-US/apply/?affiliate_id=160468.
Ikindi nuko kugira uronke bonus yikaze wiyandikisha uciye kuri link yumu partenaire wa BYBIT
Join me at Bybit and get a 20 USDT Bonus! Click to find out more https://affiliates.bybit.com/v2/en-US/apply/?affiliate_id=160468.
Commentaires
Enregistrer un commentaire