Insiguro yimbitse ya BYBIT
BYBIT niki? -BYBIT ikoriki? -BYBIT ikoragute? Vyose hamwe nibindi kuriyi platforme nibimwe tugiye kurabirahamwe muriyi nyandiko. Bybit ni urubuga rwo kugurirako no kugurishirizako amafaranga ya crypto rwamenyekanye cane kw’isi kubera uburyo bworoshye bwo gukoresha hamwe n’ibikorwa vyinshi bifasha abakoresha gukora trading no kubika ama crypto yabo neza. Ryatangujwe mu mwaka wa 2018 kandi ririko rirakura cane mu bihugu bitandukanye kubera serivisi zaryo zigezweho. Icambere gituma abantu benshi bakunda gukoresha Bybit ni uko ritanga uburyo bworoshe bwo gufungura account no gutangura trading. Umuntu ashobora kwiyandikisha akoresheje email canke numero ya téléphone .KYC yayo iroroshe cane naho woba udafise pasport irakunda. hanyuma agaca atangura kugura ama crypto nka Bitcoin, Ethereum, Solana n’ayandi menshi. Urwo rubuga rufise interface yoroshye ku buryo mbere n’abatanguye muri crypto bashobora kurwumva bitabagoye. Ikindi kintu gihambaye ni uko Bybit ifasha a...